Garukira igiti by Pazzos Bi
Texte complet ou Official Lyrics
Garukira
igiti murundi, tubungabunge amashamba
Y’akamaro
kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
Garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
Y’akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
Igiti burya ni ngira akamaro, kidufitiye akamaro
kanini
Naho dutako tukabirenga, kiradufasha ibintu
vyinshi
Tekereza witegereze hano, Imana
ikunda abarundi
Igihugu cacu yo kiratatse n’ivyiza
vy’ibiti vyacu
Mu kwubaka yoyoyo, igiti kiduteza
agateka
Inzugi ziri kumazu, Ni ivyiza
vy’uburundi
Amadirisha meza, ameza meza, ni ivyiza
vy’uburundi.
Garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
Y’akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
Garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
Y’akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
Murundi murundi kazi, nitwiteho gutera ibiti
Twikingire rino zuba, turonderere isi
imvura
Mu gukingira ino si yacu, igiti burya
kiradufasha
Nureke gusamara wewe utabona akamaro
kaco
Ni ngira akamaro yoyoyo nivyo usangana
ivyamwa
Igiti ni ngirakamaro, Kidufasha muri vyinshi
Mugukingira isi ukugadagurika, kidufasha
muri vyinshi
Garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
Y’akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
Garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
Y’akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
Uteme igiti wiyubara, tukironderere agateka
Teme igiti uteye ibindi bibiri dutake igihugu
cacu
Dusonere ubuzima bwaco, tukironderere agateka
Muntu uriko utema igiti ntiwibagare akaranga
K’abo hambere yoyoyo ko gutyorora uburundi
Murundi murundikazi, igiti burya ni ngirakamaro
Rwaruka Burundi bwejo, igiti burya ni ngira
kamaro

0 Comentarios